MRD Iramagana Paul Kagame ufasha imitwe ya « M23 » na « Red Tabara » ihungabanya umutekano mu Burundi no muri RDC.
ITANGAZO RIGENEWE ABANYAMAKURU Kuwa 15 Mutarama 2024 - No. 001/01/2024 Muvoma Iharanira Repubulika na Demukarasi (MRD) iramenyesha abantu bose ko ihangayikishijwe n’ingorane zikomeye za politiki n'ihungabana ry’umutekano muke urangwa mu Karere k'Ibiyaga...